Luka 19:44 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)44 bakagukekana n’abana bawe bo muri wewe; kandi ntibazogusigariza ibuye na rimwe rigeretse ku rindi, kuk’ utāmenye igihe wagendewemwo. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe44 Bazogusambura, bagutikizanye n’ababa muri wewe. Ntibazosigaza ibuye na rimwe rigeretse ku rindi, kuko utigeze umenya igihe Imana yakugendereye.” Viz kapitola |