Luka 19:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 none se n’iki cakubujije guha abacurūza amahera yanje, nanje nagaruka nkayakwaka n’inyungu yayo? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe23 ni kuki utajanye amahera yanje ku bayadandarisha kugira ngo ngarutse ndonke amahera yanje n’inyugu yayo?’ Viz kapitola |