Luka 19:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Uwa kabiri arengutse, aravuga, ati Mugenzi, mina yawe yungutsemw’ izindi mina zitanu. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe18 Uwa kabiri araza avuga ati: ‘Databuja, mina yawe yungutse izindi zitanu.’ Viz kapitola |