Luka 19:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Aramubgira, ati Wagize neza, muntu wanje mwiza, ko wabaye umwizigirwa no kuri gito cane, n’ube umutware w’ibisagara cumi. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe17 Aca amubwira ati: ‘Wakoze neza, mukozi wanje mwiza. Ko wabaye umwizigirwa muri bike, ndaguhaye kuganza ibisagara cumi.’ Viz kapitola |