Luka 19:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Arikw abantu biwe bāramwanka, bamukurikiza intumwa, bat’ Uyo ntitugomba kw atuganza. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe14 Ariko abantu bo mu gihugu ciwe baramwanka, bituma barungika intumwa inyuma yiwe zija kuvuga ziti: ‘Uwo muntu ntidushaka ko aba umwami wacu.’ Viz kapitola |