Luka 19:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Ahamagara icumi bo mu bishikira biwe, abaha amahera cumi yitwa mina, arababarira, ati Muyacuruze, mugeze aho nzozira. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe13 Imbere yo kugenda akoranya cumi bo mu bakozi biwe, abaha mina cumi, ababwira ati: ‘Nimwakire aya mahera, mugende muyadandarishe gushika aho nzogarukira.’ Viz kapitola |