Luka 18:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 ariko kuk’ uwo mupfakazi angoye, ndamucira urubanza rumukiza, ngo ntiyame aza imisi yose, akanzigiriza. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe5 ariko kubera uwu mupfakazi arangoye cane; ngira ndamutunganirize kugira ngo ntabandanye aza kunduhisha.’ ” Viz kapitola |