Luka 18:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Ntibāgira ico batahura mur’ ivyo, kand’ iryo jambo bāri barihishijwe, ntibāmenya ivyo babgiwe. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe34 Ariko abigishwa ntibigera batahura ikintu na kimwe muri ivyo ababwiye. Insiguro yavyo yari ihishijwe, bituma badatahura ico ashatse kubabwira. Viz kapitola |