Luka 18:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 atazobishumbushwa umurengera mur’ iki gihe, no mu gihe kizoza atazohabga ubugingo budashira. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe30 atazovyishurwa incuro nyinshi muri iki gihe, kandi mu gihe kizoza akazoronka ubugingo budashira.” Viz kapitola |