Luka 18:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Umukuru w’isinagogi aramubaza, ati Mwigisha mwiza, nkore iki, ngo nze ndagwe ubugingo budashira? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe18 Umutware umwe aramubaza ati: “Mwigisha mwiza, nokora iki kugira ngo ndagwe ubugingo budashira?” Viz kapitola |