Luka 18:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Ndababgire ukuri: Ūtazokwākīra ubgami bg’Imana nk’umwana muto ntazobginjiramwo na gatoya. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe17 Ndababwire ukuri, umuntu wese atakira Ubwami bw’Imana nk’umwana muto ntazokwigera abwinjiramwo.” Viz kapitola |