Luka 18:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Maze bamuzanira abana babo b’inzoya ngw abakoreko: abigishwa babibonye barabakankamira. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe15 Umusi umwe abavyeyi bazanye abana babo bato aho Yesu ari kugira ngo abakoreko abahezagire. Ariko abigishwa barabakankamira. Viz kapitola |