Luka 18:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Abacira umugani wo kubigisha ko bakwiye guhora basenga, ntibarambirwe, Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe1 Yesu aca abacira umugani, kugira ngo abereke ko bakwiye kwama basenga, ntibadendebukirwe. Viz kapitola |