Luka 17:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 bārarya, bāranywa, bārarongora, bārashingira, bageza kuri wa musi Nowa yinjiye muri bga bgato, umwuzure ukaza ukabahonnya bose. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe27 Bararya, baranywa, bararongora, bagashingiza, gushika umusi Nowa yinjiye mu bwato, maze umwuzure ukaza ukabatikiza bose. Viz kapitola |