Luka 17:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Abgira abigishwa biwe, ati Hazoza imisi muzokwifurizamwo kubona umusi umwe musa w’Umwana w’umuntu, ntimuzowubona. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe22 Aca abwira abigishwa biwe ati: “Hazogera igihe mwipfuza kubona n’umusi umwe mu misi y’Umwana w’Umuntu, ariko ntimuzowubona. Viz kapitola |