Luka 16:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Na we ati Ndakwinginze se muvyeyi, umurungike mu rugo kwa data, Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe27 Wa mutunzi arishura ati: ‘Ndakwinginze data Aburahamu, rungika Lazaro agende mu muryango kwa data. Viz kapitola |