Luka 16:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Ar’i kuzimu, ararangamiza, ababazwa cane, abona Aburahamu ari kure, na Lazaro ari mu gikiriza ciwe. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe23 Ariko arababarizwa i kuzimu, yunamura amaso abona Aburahamu ari kure cane, na Lazaro ari mu gikiriza ciwe. Viz kapitola |