Luka 16:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Hanyuma rero wa mworo arapfa, abamarayika bamujana mu gikiriza ca Aburahamu: na nya mutunzi arapfa, arahambga. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe22 Igihe carageze uwo mworo arapfa, maze abamarayika baraza bamudugana mu gikiriza ca Aburahamu. Mu nyuma, wa mutunzi na we arapfa, arahambwa, Viz kapitola |