Luka 16:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Yifuza guhāzwa n’udukorokera musi y’ameza y’uno mutunzi; kand’ imbga na zo zāraza zikamurigata ibisebe. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe21 Umubiri wiwe wari wuzuye ibikomere, akama yipfuza utwo kurya dukorotse tuva ku meza y’uwo mutunzi, mbere n’imbwa zama ziza kurigata ivyo bikomere vyiwe. Viz kapitola |