Luka 16:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Kandi namba mudakora ivyo mwizigiweko ku vy’ abandi mwabīkijwe, ni nde azobaha ivyo mwokwiganzira? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe12 Kandi mutabaye abizigirwa mu gutunganya ivy’ubutunzi bw’abandi, ni nde azobaha ubutunzi mwiganzira? Viz kapitola |