Luka 15:31 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Na we aramubgira, ati Mwana wanje, tubana imisi yose, kand’ ivyanje vyose n’ivyawe: Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe31 Se aramubwira ati: ‘Mwana wanje, wewe turamana imisi yose, kandi ivyo mfise vyose ni ivyawe. Viz kapitola |