Luka 15:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Aragenda, ashumba ku muntu wo mur’ ico gihugu, amurungika ku gasozi kiwe kuragira ingurube. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe15 Nuko aja gushumbira umuntu wo muri ico gihugu, na we amurungika mu mirima yiwe kumuragirira ingurube. Viz kapitola |