Luka 14:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Nta co umaze mu ndimiro canke mw icukiro: bapfa kuwuta. Ūri n’amatwi yumva ni yumve. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe35 Nta co uba ukimarira ivu canke umwavu wo muri nyabarega; haba hasigaye kuwuta hanze. Uwufise amatwi yo kwumva niyumve!” Viz kapitola |