Luka 14:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Umunyu ni mwiza; arik’ umunyu wo, woshira uburyohe, woba ukiryoshwa n’iki? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe34 Umunyu ni ngirakamaro. Ariko iyo umaze gutakaza uburyohe bwawo, mbega bwosubiramwo gute? Viz kapitola |