Luka 14:31 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Canke har’ umwami yoba agiye guhūra n’uwundi ngo barwane, ntiyobanza kwicara, akaja inama, ko yoshobora kujana ingabo ibihumbi cumi guhwana n’ūmuteye ari n’ingabo ibihumbi mirongwibiri? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe31 Canke, mbega umwami afise abasoda ibihumbi cumi atewe n’uwundi mwami afise abasoda ibihumbi mirongo ibiri, ntiyobanza kwicara akaraba neza ko yoshobora kugwanya uwo mwami amuteye? Viz kapitola |