Luka 14:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Shebuja abarira uno mushumba wiwe, ati Genda uje mu nzira z’iroro no mu mihōra, ubagōbēre baze, kugira ngw inzu yanje yuzure. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe23 Shebuja aramubarira ati: ‘Genda mu mayira y’inyuma y’igisagara no mu mirombero, ugobere abantu baze kugira ngo inzu yanje yuzure. Viz kapitola |