Luka 14:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Umushumba wiwe, ati Mugenzi, ico umbariye ndagikoze, arikw imyanya iracasigaye. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe22 Ahejeje kubikora, wa mukozi abwira shebuja ati: ‘Databuja, ivyo wantumye nabikoze, ariko haracasigaye ibibanza bigaragara.’ Viz kapitola |