Luka 14:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Maz’ umwe mu bicaranye na we avyumvise, aramubgira, ati Hahirwa ūzorīra mu bgami bg’Imana. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe15 Umwe mu bari ngaho ahejeje kwumva ayo majambo, aca abarira Yesu ati: “Harahiriwe uwuzofungura ku mazimano yo mu Bwami bw’Imana.” Viz kapitola |