Luka 12:56 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)56 Mwa ndyarya mwe, murazi kugendeza isi n’ijuru, n’iki kibabuza kugendeza iki gihe? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe56 Mwa ndyarya mwe, ko mushobora gutahura ibimenyetso vy’ibihe murabiye ku biba kw’isi no kw’ijuru, ni igiki kibabuza gutahura ivy’iki gihe? Viz kapitola |