Luka 12:46 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)46 shebuja w’uwo mushumba azoza ku musi atamwiteze, no mu gihe atazi, azomucamwo kubiri, amusangize umugabane wiwe n’abatizera. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe46 Shebuja azoshika umusi uwo mukozi atari yiteze ko ashikirako, no kw’isaha atazi. Azomuhimbagura hanyuma amusangize ikibanza n’abatizera. Viz kapitola |