Luka 12:37 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)37 Hahirwa abo bashumba, abo shebuja azoza agasanga bari maso: ndababgire ukuri: Azokenyera, abicarike, aze, abagaburire. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe37 Hahiriwe abo bakozi shebuja azosanga bagiteramye bamurindiriye. Ndababwije ukuri ko na we azokenyera akabicarika, hanyuma akabagaburira. Viz kapitola |