Luka 12:36 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 namwe muse n’abantu barorereye shebuja, igihe agarukira ava mu bukwe, ngo ni yaza, akaramutsa, bace bamwugururira. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe36 mumere nk’abanyarugo barindiriye ko shebuja ava mu bukwe kugira ngo bace bamwugururira niyashika akadodora. Viz kapitola |