Online Bible

- Reklamy -




Luka 12:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Nukw ivyo mwavugiye mu mwiza vyose bizokwumvikanira mu muco, n’ico mwongoreraniye mu mazu haruguru kizovugirwa ku mazu hejuru.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Ivyo mwavugiye ahatabona bizokwumvikanira ahabona, kandi ivyo mwongoreraniye mu vyumba abantu bazobivugira hejuru ku mazu basemerera.

Viz kapitola kopírovat




Luka 12:3

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy