Luka 12:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Kandi ntimukītwaririke ivyo murya n’ivyo munywa, ntimukiganyire. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe29 Kandi ntimugashire umutima ku vyo muzorya canke muzonywa; ntimukiganyire kuri ivyo. Viz kapitola |