Luka 12:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Kand’ arababarira, ati Murumva, mwirinde ukwifuza kwose, kuk’ ubugingo bg’umuntu butava mu bihinda vy’ibintu atunze. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe15 Aca ababwira ati: “Mube maso, mwirinde guhahamira ivy’isi, kuko ubuzima bw’umuntu ntibuhagaze kw’itunga ryinshi afise.” Viz kapitola |