Luka 11:47 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)47 Muzobona ibara, kuko mwubakira imva z’abāvugishwa n’Imana, ba sogokuruza banyu ari bo bābīshe. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe47 Muzobona ibara kuko mwubakira imva z’abavugishwa n’Imana, kandi ari ba sogokuruza banyu babishe. Viz kapitola |