Luka 11:46 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)46 Na we, ati Namwe abigisha ivyagezwe muzobona ibara, kuko mwikoreza abantu imitwaro itokwikorerwa, namwe ubganyu iyo mitwaro ntimuyikozek’ urutoke na rumwe. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe46 Yesu aramwishura ati: “Namwe bigisha b’ivyagezwe, muzobona ibara kuko muremereza abantu imitwaro iremereye, kandi ubwanyu mutanayikozako urutoke. Viz kapitola |