Luka 11:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Nk’uko Yona yabaye ikimenyetso ku Banyaninewe, ni k’Umwana w’umuntu azoba ku b’iki gihe. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe30 Nk’uko Yona yabaye ikimenyetso ku bantu b’i Ninewe, ni ko n’Umwana w’Umuntu azoba ikimenyetso ku bantu ba kino gihe. Viz kapitola |