Luka 11:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Ūtamperereyeko aba ar’ umwansi wanje, kand’ ūdafatanije nanje kwegeranya aba asanzaje. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe23 Uwutari kumwe nanje wese arangwanya, kandi uwutariko aramfasha kwegeranya wese aba ariko arasanzaza. Viz kapitola |