Luka 11:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Arababarira, ati Ni mwasenga, muvuge muti Data, izina ryawe ryubahwe, ubgami bgawe buze; Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe2 Arababwira ati: “Mu gusenga mukwiye kuvuga muti: ‘Data, izina ryawe niryubahwe, Ubwami bwawe nibuze. Viz kapitola |