Luka 11:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Kand’ asenda dayimoni atera uburagi: dayimoni amuvuyemwo, uno muntu w’ikiragi aravuga; ishengero riratangara. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe14 Umusi umwe Yesu yirukanye umudayimoni yari yateye umuntu kuba ikiragi. Amuvuyemwo, wa muntu aca aravuga, maze abantu baratangara cane. Viz kapitola |