Luka 10:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Bukeye agoborora idenariyo zibiri, aziha nyen’ indāro, at’ Umurwaze, kand’ ivy’ uzotanga vyose birenze ivyo ni nagaruka nzobikwishura. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe35 Bukeye asokorora idenariyo zibiri azisigarana uwujejwe iyo nzu, amubwira ati: ‘Uwu muntu mumwiteho cane. Ninagaruka nzoriha ayo muzoba mwakoresheje arenga kuri aya.’ Viz kapitola |