Luka 1:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Maze yarikw arakora igikorwa c’ubuherezi imbere y’Imana, ukw imbu zabo zikurikirana; Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe8 Umusi umwe, Zakariya yariko arakora igikorwa ciwe c’ubuherezi mu ngoro y’Imana, kuko umugwi wiwe ari wo wari uramukiwe. Viz kapitola |