Luka 1:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Bompi bāgororoka imbere y’Imana, bāgendera mu vyagezwe n’amabgirizwa vy’Umwami Imana vyose, batagawa. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe6 Zakariya na Elizabeti bari abagororotsi imbere y’Imana, kandi bakurikiza ivyagezwe n’amabwirizwa vy’Umwami Imana ata co bahajije. Viz kapitola |