Luka 1:59 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)59 Ku musi ugira umunani baza gukeba uwo mwana, bagomba kumwitiranya na se Zakariya. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe59 Umwana amaze imisi umunani, bamujana kumukeba. Bagira bamwite izina rya se Zakariya, Viz kapitola |