Luka 1:28 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Yinjira ah’ ari, aramubgira, ati N’amahoro, ugiriwe ubuntu, Umwami Imana ari kumwe nawe. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe28 Uwo mumarayika yinjira aho Mariya ari, amubwira ati: “Nezerwa! Umwami Imana akugiriye ubuntu, kandi ari kumwe na we.” Viz kapitola |