Luka 1:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Zakariya abaza umumarayika, at’ Ivyo nzovyerekwa n’iki, ko nd’umutāma, n’umugore wanje akaba ageze mu zabukuru? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe18 Zakariya abaza uwo mumarayika ati: “Ivyo novyemezwa n’iki, ko nshaje kandi umugore wanje akaba ageze mu zabukuru?” Viz kapitola |