29 Imana irababgira, it’Ehe ndabahaye ivyatsi vyose vyama utubuto biri kw isi yose, n’igiti cose cama ivyamwa birimw’ imbuto zavyo: bibabere ivyo kurya vyanyu.