20 Maz’ iteka umwami aribuce ni ryamara kwamamara mu bihugu vyiwe vyose iyo biva bikagera, abagore bose bazoca bubaha abagabo babo, abahambaye n’aboroshe.