Esiteri 1:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 kukw ivyo umwamikazi yakoze ivyo bizokwamamara mu bagore bose, bibatere gukēngēra abagabo babo, ni vyavugwa yuk’ umwami Ahasuwerusi yageze k’umwamikazi Vashiti azanwa imbere yiwe, akanka. Viz kapitola |